BBC News, Gahuza - Urupapuro rw'itangiriro
Inkuru iri kw'isonga
Qatar ishima u Rwanda na RDC ku 'ntambwe ikomeye iganisha ku mahoro'
Qatar ivuga ko ibyatangajwe n'u Rwanda na DR Congo ibibona "nk'intambwe nziza ikomeye iganisha ku kugera ku mutekano n'amahoro mu karere".
Amahinduka asanzwe mu gitsina ashobora gutera BV, ingwara ishobora gutera ubugumba
Bacterial vaginosis (BV), ikibazo gikunda gushika, gishobora kuba ingwara yandukira mu mibonano (STI), nk'uko ubushakashatsi bushasha bubigaragaza. N'ubwo BV bivugwa ko amahinduka mu rugero rw'utunyabuzima two mu gitsina, icigwa giheruka gukorwa catangajwe n'ikinyamakuru New England Journal of Medicine kivuga ko ikwiragira biciye mu mibonano mpuzabitsina.
Nta gahengwe mu bitero vy'amadrone, mu gihe Amerika n'Uburusiya biri mu biganiro i Riyadh kuri Ukraine
Intumwa za Amerika n'iz'Uburusiya ziri muri Arabia Sawudite mu biganiro bifise intego yo kurangiza intambara hagati y'Uburusiya na Ukraine. Hagati aho, ibitero vy'amadrone birabandanya hagati y'impande zompi.
Abapolisi batandatu ba Kenya biciwe mu mutego hafi y'umupaka na Somalia
Nta mutwe wigambye icyo gitero ariko umutegetsi wo muri Kenya yavuze ko icyo gitero gihuye n'uburyo umutwe w'intagondwa wa al-Shabab ugabamo ibitero.
Igitero ca Israel ku bitaro muri Gaza cahitanye umutegetsi wa Hamas n'umuhanuzi wiwe
Hampande ya Ismail Barhoum arongoye igisata kijejwe ikigega c'uno muhari, ubushikiranganji bw'amagara y'abantu mu butegetsi bwa Hamas muri Gaza buvuga ko "abandi benshi", harimwo n'abavuzi, bakomeretse.
FARDC yavuze ko 'ihagaritse' ibitero 'ku mwanzi'
FARDC itangaje ibi nyuma y'uko M23 na yo ivuze ko igiye kuvana ingabo muri Walikale, impande zombi zivuga ko hagamijwe gushaka igisubizo mu mahoro.
Dore amakarita atandatu agiye 'guhindura uburyo ubonamo isi'
Kuva ku Bushinwa "bwavumbuye" isi, ukagera ku rusaku rwo mu mujyi wa Mexico, aya makarita ahishura ikintu gitangaje ku gihe cyacu cy'ubu no ku cya kera.
Nyuma y'ukwezi n'iminsi ari mu bitaro Papa Francis arabivamo kuri iki cyumweru
Muganga we yavuze ko Papa Francis atarakira byuzuye ariko ko atagifite umusonga (pneumonia) kandi ubu yagaruye imbaraga, nubwo ijwi rye rifite ikibazo.
M23 yatangaje 'kwimura ingabo zayo' zari ziri mu mujyi wa Walikale
M23 yafashe umujyi wa Walikale ku wa gatatu, aha ni ho kure mu burengerazuba wari ugeze kuva yatangira gufata ibice bitandukanye mu burasirazuba bwa DR Congo.
Jean Lambert Gatare, umunyamakuru wamamaye mu Rwanda yapfuye ku myaka 55
Ikipe ya Rayon Sport, yari azwiho kubera umufana ukomeye, kandi yabaye mu buyobozi bwayo, yatangaje ko "umurage we uzahoraho iteka".
Amajwi, Imvo n'imvano ku bucuruzi bwambukiranya imipaka hagati ya Gisenyi na Goma, Umwanya bimara 59,00
Abacuruzi ba Rubavu bavuga ko urujya n’uruza no kwisanzura mu bikorwa by’ubucuruzi byorohejwe ugereranyije na mbere M23 itarafata Goma.
'Narahenzwe mva Londres njanwa kwiga muri Ghana - ariko vyarantabaye'
Kuja mw'ishure muri Ghana kwari nko kuja mw'ibohero kuri uwo muhungu w'i Londres Mark Wilberforce, ariko yumva ko vyamukingiye gupfungwa.
Urashaka kuziganya uburyo ukoresha kuri internet?
Hindura uje ku rubuga ruciririrkiye rwa BBC News Gahuza
Ivyo BBC Gahuza ibahitiramwo
Urazi ibimenyetso vya Down’s syndrome / Trisomie 21?
Kuwa 21/03 ni umunsi wahariwe Down’s Syndrome (DS) kw'isi, sobanukirwa DS ico arico, ibimenyetso vyayo, unamenye nimba ivurwa.
Ni ibiki bizwi ku ngabo mpuzamakungu ibihugu vya Bulaya bishaka kurungika muri Ukraine?
Izi ngabo zorungikwa "n'urunani rw'abashaka" zokwibanda ahanini ku gukingira ikirere ca Ukraine, zikarungikwa no mu Kiyaga Cirabura (Mer Noire/Black Sea) kugira ngo urudandazwa rushobore kubandanya.
'Nibaza ko iyi ntambara izobandanya ayandi mezi atari make' – Umushakashatsi kuri DR Congo
Mu gihe Tshisekedi na Kagame i Doha bavuze ko impande zose zipfuza agahengwe ako kanya, uyu mushakashatsi avuga ko bigoye kwemeza ko kazoshikwako akurikije ivyashitse mbere.
Ni izihe mfungurwa wofata canke ukwiye kwirinda mu bihe vy'amapfungo nka Ramadan?
Miriyoni z'aba Islamu hirya no hino kw'isi baramaze iminsi mu kwezi kwa Ramadan, kumwe mu mezi meranda ku kirangaminsi c'iryo dini. Ikiringo co kwisonzesha muri ukwo kwezi kiba kitoroshe, none umuntu yifata izihe nfungurwa zomurinda inzara n'inyota?
Amezi icenda mu kirere, bigira ingaruka nyabaki ku mubiri w'umuntu
Abahinga mu ngendo zo mu kirere Suni Williams na Butch Wilmore bagarutse kw'Isi - ariko none kumara amezi icenda mu kirere, nta vyononekaye kuri bo?
'Inama ya gicuti' hagati ya Tshisekedi na Kagame - Qatar yabishoboye ite?
Uko Qatar, mu buryo bucecetse, yahamagaye aba bagabo bombi i Doha bagafata indege zabo bakerekezayo, bakicara bakagirana "inama ya gicuti", nk'uko abategetsi baho babivuga.
BBC Gahuza LIVE RADIO
Umva ibiganiro vya BBC Gahuza ikibiriraho (live) kuwa mbere gushika ku gatanu isaha 1730 GMT, no kuwa gatandatu 0600 GMT & 0900 GMT no kuwa Mungu 0630 GMT & 1600 GMT.
Video
Ibiganiro bya radiyo
Imikino
Podcasts
Amajwi, Podcast: Imvo n'Imvano
Ikiganiro mpaka ku bibazo bitandukanye
Amajwi, Podcast: Ikiganiro cy’abagore
Ikiganiro cy’abagore
Amajwi, Podcast: Amakuru ya BBC Gahuzamiryango
Amakuru y'akarere na mpuzamakungu mutegurirwa na BBC Gahuzamiryango
Amajwi, Podcast: Ikinamico Urunana
Teramana na BBC Gahuzamiryango mu kinamico Urunana
Amajwi, Podcast: Baza Muganga
Mubaza ibibazo mufise ku vy'amagara, Muganga akabaha inyishu kuri BBC Gahuzamiryango












































